5 Nuko bakomeza kwugariza ico gisagara gushitsa ku mwaka ugira icumi na rimwe umwami Zedekiya ari ku ngoma.
Nuko bakomeza kwugariza ico gisagara gushitsa ku mwaka ugira icumi na rimwe umwami Zedekiya ari ku ngoma.
Maze mu mwaka w’icumi na rimwe, mu kwezi kwa gatatu, ku musi wa mbere w’ukwo kwezi, ijambo ry’Uhoraho ryanjeko,