Yeremiya 52:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Mu mwaka ugira icenda Zedekiya ari ku ngoma, mu kwezi kw’icumi, ku musi wakwo ugira icumi nyene, Nebukadineza umwami w’i Babuloni araza, bo n’ingabo ziwe zose, batera Yerusalemu, basagaza inyuma yaho; bubaka n’ ibihome vyo kuhatera hirya no hino. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |