2 Akora ivyo Uhoraho abona kw ari bibi, nk’ivyo Yehoyakimu yakoze vyose.
Maz’ Abayuda bakora ivyo Uhoraho abona kw ari bibi, bamuteza ifuhe ivyaha bakoze, birengeye ivyo ba sekuruza bakoze vyose.
Nawe, wa munyakibi wakomerekejwe akagīrīre, wa mwami w’Abisirayeli, washitsweko n’umusi wawe, igihe giherahereza ibigabitanyo vyawe;