Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 51:54 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

54 Ijwi ry’amarūru riturutse i Babuloni, n’iry’ ukugesera gukomeye riturutse mu gihugu c’Abakaludaya!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 51:54
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umutima wanje uririra Mowabu; impunzi zaho zahungiye i Sowari n’i Egilati‐shelishiya; ahadūga haja i Luhiti ni ho badūga barira ingenda; no mu nzira ija i Horonayimu ni ho batakira ugutaka kw’ubgihebe.


Nk’ukw indugumba yo mu gihugu kigadutse ikūrwaho, ni k’uzozibiza urwamo rw’abanyamahanga; nk’ukw indugumba ikūrwaho n’igitūtu c’igicu, ni k’uzozibiza ivyivugo vy’abantu b’agaterabgoba.


Akarūru k’ intambara kari mu gihugu, bo n’ ak’ ukugeseza gukomeye.


Ni mwice amakombe yaho yose; n’amanuke aje kubāgwa. Babonye ibara! Kuk’ umusi wabo washitse, ni wo gihe co kūzirwa kwabo.


Umwami w’i Babuloni yumvise inkuru zavyo, amaboko yiwe arareganuka: uburibge buramufashe, nk’ibise vy’umugore aramutswe.


Isi ihindishwa agashitsi no kwumva gutsindwa kw’i Babuloni: amarūru yaho yumvikana mu mahanga.


Maze kur’ uwo musi, ni k’Uhoraho agize, hazokwumvikana induru kw irembo ryitwa iry’ Amafi, n’umuborogo mu gice c’igisagara ca kabiri, n’ugusenyerana gukomeye kuzokwumvikana mu misozi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ