Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 51:52 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

52 Nuko rero, rāba imisi igira ize, ni jewe Uhoraho mbivuze, nzohana ibishushanyo bibājwe vyaho; kandi mu gihugu caho cose abakomeretse bazocura umuniho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 51:52
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ikigatwa kizoba ku mazi yaho, kand’ azogaduka; kukw ar’ igihugu c’ibishushanyo bibājwe, bāciwe ntema n’ibigirwamana.


Nuko rero, rāba imisi igira ize, nzohana ibishushanyo bibājwe vy’i Babuloni, igihugu caho cose kizotētērwa; abishwe baho bose bazohindikirana hagati muri ho.


Kuko nzoharekurira ikīza, nkuzuza ibitenga vy’amaraso mu nzira zaho; kand’ abakomeretse bazogwa hagati muri ho, bishwe n’inkota ihateye impande zose; maze bazomenya yuko jewe nd’ Uhoraho.


Maz’ amaboko y’ umwami w’i Babuloni nzoyakomeza, inkota yanje ndayishire mu kuboko kwiwe; arikw amaboko ya Farawo nzoyavuna, kand’ azonihira imbere yiwe umuniho nk’uw’ ūkomeretse uruguma rw’intakira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ