Yeremiya 51:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Kukw Abisirayeli atar’ intābga, cank’ Abayuda, ku Mana yabo, ni we Uhoraho Nyen’ ingabo, nah’ igihugu cabo cuzuye ivyo bācumuye k’Uwera w’Abisirayeli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Kuko na none tur’ abagurano; arikw Imana yacu ntiyaduhebeye mu bugurano bgacu, arikw itugirira ikigongwe, yerekana imbabazi kuri twebge imbere y’abami b’i Buperesi, iraduhēmbūra, kugira ngo dusubire twubake ingoro y’Imana yacu, kandi ngo dusane ahasenyutse hayo, ngw iduhe n’uruzitiro rudukikije i Buyuda n’i Yerusalemu.