Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 51:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Bazokwicwa bahindikirane aho nyene i Bukaludaya, batobekeranirizwe mu nzira zaho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 51:4
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo bazobona wese bazomusogota, kand’ ūzofatwa mpiri wese bazomwicisha inkota.


ariko weho bāgushiburiye kure y’imva yawe nk’inda y’urusoro iteye ishishi, uhagatiwe n’abishwe basogōswe n’inkota, bamanuka baja mu mabuye no muri rwa rwobo; weho umeze nk’umuvyimba basiribanga:


Ni co gitumye imisore yaho izohindikirana mu nzira zaho, n’abahizi bose bazozibizwa kur’ uwo musi, ni jewe Uhoraho Nyen’ ingabo mbivuze.


Ni co gitumye imisore yaho izohindikirana mu nzira zaho, n’abahizi bose bazozibizwa kur’ uwo musi, ni k’Uhoraho agize.


Inkota iri ku mafarasi yabo, no ku mikogote yabo, no ku b’ikivange c’amoko bari hagati muri ho, kandi bazohinduka nk’ abagore; inkota iri ku butunzi bgaho, kandi bazobunyagwa.


Naho Babuloni hodūga hagashika kw ijuru, kandi nah’ ibihome vyaho birebire vyoba uruhatane, na ho nyene abanyazi bohashika bavuye kuri jewe, ni jewe Uhoraho mbivuze.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ