Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 51:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 iy’ ishize ijwi hejuru haba gusūma kw’ amazi yo hejuru; irandisha ibipfungu bikava ku mpera y’isi; iremera imvura imiravyo, kand’ isokorora umuyaga mu bubīko bgayo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 51:16
24 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imana yibuka Nowa n’ibifise ubugingo vyose, n’ibitungano vyose vyari kumwe na we mu bgato: Imana ihūhīsha umuyaga kw isi, amazi atangura kugabanuka.


Ni yo ibirungika, ari bga nkoni ihanisha igihugu cayo, Cank’ ar’ uguhesha umugisha.


Har’ aho wigeze gushika mu bubīko bga shelegi? Cank’ urābona ububīko bg’ urubura,


Canke se, unganya amaboko n’Imana? Woshobora guturagarisha ijwi nka yo?


Ahungishwa no gukankamira kwawe, Yirukishwa no guhinda kw’ inkuba yawe,


Arandisha ibipfungu bikava ku mpera y’isi; Imvura ayiremera imiravyo; Asokorora umuyaga mu bushinguro bgiwe.


Arungika ijambo ryiwe, akabiyagisha; Ahehereza umuyaga wiwe, amazi agasubira gutemba.


Kand’ Uhoraho aturagarira mw ijuru, Ūsumba vyose avugisha ijwi ryiwe, Hakaba urubura n’amakara yaka.


Abanyamahanga bavugije urwamo, ibihugu vy’abami biravuguswe; Ivuze ijwi ryayo, isi irashonga.


Ni we agendera kw ijuru ryo hejuru y’amajuru yose, ryamyeho uhereye kera hose: Rāba avuga ijwi, ijwi rihambaye.


Ihuhutisha mw ijuru umuyaga uturutse i burasirazuba, Irōngōza ububasha bgayo umuyaga uturutse i bumanuko.


Mose atunga ya nkoni yiwe hejuru y’igihugu ca Egiputa, Uhoraho azana umuyaga mur’ ico gihugu uvuye i burasirazuba, wiriza umusi ukesha ijoro; bukeye, uwo muyaga uvuye i burasirazuba uzana inzige.


Uhoraho ahindura umuyaga uva i burengerazuba, w’igihuhuta gikomeye cane, utwara za nzige, uzisuka mu Kiyaga Gitukura: ntihasigara na rumwe mu gihugu cose ca Egiputa.


Nuko Mose aramvura ukuboko hejuru y’ikiyaga; Uhoraho ahuhutisha umuyaga mwinshi uvuye i burasirazuba, ukēsha ijoro ryose, usubiza ikiyaga inyuma, amazi ayagabanyamwo kubiri, ahindura ikiyaga ahūmūtse.


Kand’ uguhinda kw’amababa y’abakerubi kwarumvikana kugashika no mu ntangaro, kumeze nk’ijwi ry’ Īshobora vyose iy’ ivuze.


Mbega ntimumbereye nk’Abanyetiyopiya, ga mwa Bisirayeli mwe? ni k’Uhoraho abaza. Mbega si jewe nadūganye Abisirayeli mbakūye mu gihugu ca Egiputa, n’Abafilisitiya nkabakūra i Kafutori, n’Abasiriya nkabakūra i Kiri?


Maz’ Uhoraho asuka umuyaga ukomeye mu kiyaga; haba igihuhuta c’inkomezi mu kiyaga, ubgato bushaka kumeneka.


Maz’ izuba rirashe, Imana igera umuyaga w’indugumba, ng’ uve i burasirazuba; izuba rinaga Yona mu mutwe, bituma ahinduka urusogosogo, yisabira gupfa, ati Gupfa vyondutira kubaho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ