Yeremiya 5:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Nuko rero, uku ni k’Uhoraho agize, ni we Mana Nyen’ ingabo, ati Ko bavuga ben’ ayo magambo, ehe ngira mpindure amajambo yanje umuriro mu kanwa kawe, ubu bgoko na bgo ndabuhindure inkwi, ubatongore. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |