Yeremiya 48:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Muhe Mowabu amababa, kugira ngo haguruke hīgīre: ibisagara vyaho bizocika amatongo, ata wukiriho wo kuhaba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Nuko rero, ndahiye ukubaho kwanje, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, Imana y’Abisirayeli, n’ukuri Mowabu hazoba nk’i Sodomu, n’Abamoni nk’i Gomora, ah’ igisuru ciganziye, habe iyengo ry’imyunyu, hahinduke amatongo ibihe bidashira: amasigarira y’abantu banje azobatera abasahure, mber’ abarokotse bo mw ihanga ryanje bazobatwara.