Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 48:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kuko bazodūga ku kadūgo k’i Luhiti barira ingenda badahengeshanya; ku kamanuko k’i Horonayimu bumvise umunihiro w’umuborogo w’ abagesezwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 48:5
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umutima wanje uririra Mowabu; impunzi zaho zahungiye i Sowari n’i Egilati‐shelishiya; ahadūga haja i Luhiti ni ho badūga barira ingenda; no mu nzira ija i Horonayimu ni ho batakira ugutaka kw’ubgihebe.


Ijwi ry’amaborogo rituruka i Horonayimu: har’ ukunyaga n’ ugutikiza gukomeye.


I Mowabu haratikiye; abana baho bumvikanisha urwānāga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ