Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 48:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Gutaka kw’i Heshiboni kwumvikana gushitsa n’i Eleyale; mber’ amajwi yabo ashika n’i Yahazi, kand’ ahēra i Sowari agashitsa n’i Horonayimu bo n’i Egilati‐shelishiya: kuko n’amazi y’i Nimurimu azocika iyondoyondo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 48:34
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

bati Ataroti n’i Diboni n’i Yazeri n’i Nimura n’i Heshiboni n’i Eleyale n’i Sebamu n’i Nebo n’i Beyoni,


Kuko bazodūga ku kadūgo k’i Luhiti barira ingenda badahengeshanya; ku kamanuko k’i Horonayimu bumvise umunihiro w’umuborogo w’ abagesezwa.


Amwereka n’i Negebu, n’ikiyaya co kuri Yorodani, ari ho haca igihogoro c’i Yeriko, igisagara co mu bigazi, gushitsa i Sowari.


Loti yunamura amaso, yitegereza ikiyaya cose co kuri Yorodani, abona ko har’ibigera vy’amazi hose. Uhoraho atararandura Sodomu na Gomora, ico kiyaya cari kimeze nka rya tongo ry’ Uhoraho, canke nk’ igihugu ca Egiputa ugiye werekeye i Sowari.


abo bami bāteye Bera umwami w’i Sodomu na Birusha umwami w’i Gomora, na Shinabu umwami w’i Adima, na Shemeberi umwami w’i Seboyimu, n’umwami w’i Bela (ari ho Sowari).


n’i Yahasi n’i Kedemoti n’i Mefayati,


Iteka haciriweko rishitse mu ntāra yo hasi mu kiyaya, no kuri Holoni, no kuri Yahaza, no kuri Mefata,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ