Yeremiya 47:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 kuk’ umusi ugira uze wo kuzonyagwako kw’Abafilisitiya bose, wo kuzorandura umutabazi wese azoba agisigaye muri Tiro n’i Sidoni: kuk’ Uhoraho azonyaga Abafilisitiya, n’amasigarira yo ku kizinga co mu kiyaga citwa Kafutori. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |