Yeremiya 42:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 bēgēra uwavugishwa n’Imana Yeremiya, bati Turakwinginze, emera ico tugusaba, udusengere k’Uhoraho Imana yawe, twebge aya masigarira twese; kuko dusigaye turi bake twahora turi benshi, nk’uko nawe utwibonera: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |