Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 41:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Nukw ico cobo Ishimayeli yashiburiyemw’ imivyimba yose y’abo yishe, ikahasanga uwa Gedaliya, ni co cari cimbishije umwami Asa kubgo gutinya Bayasha umwami w’Abisirayeli. Ishimayeli mwene Netaniya acuzuza abishwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 41:9
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Erega nk’ubu aramaze kwinyegeza mu rwobo cank’ ahandi; maze ni hagira abapfa bagitanguye kurwana, ūzovyumva wese azovuga, ati Habaye agatikizo mu bari kuri Abusalomu.


ariko weho bāgushiburiye kure y’imva yawe nk’inda y’urusoro iteye ishishi, uhagatiwe n’abishwe basogōswe n’inkota, bamanuka baja mu mabuye no muri rwa rwobo; weho umeze nk’umuvyimba basiribanga:


(isi ntiyar’ ibabereye ko bayibamwo), bāyerera mu bugaragwa no mu bisozi no mu masenga no mu vyobo.


Nukw Abamidiyani bamara igabo Abisirayeli, bituma Abisirayeli bironderera aho kuja kunyegera mu bihuma vyo ku misozi no mu masenga no mu maboma kubg’ abo Bamidiyani.


Maz’ Abisirayeli babonye ko babuze epfo na ruguru, kuko bāri mu karindiro, baja kwinyegeza mu masenga no mu bisaka no mu bitandara no mu bihuma no mu vyobo vyimbiwe kubīka amazi.


Nuko bompi baseruka ah’ abo mu nsago z’Abafilisitiya bababona; maz’ Abafilisitiya baravuga, bat’ Ehe rāba Abaheburayo barasokorotse mu myobo bāri binyegejemwo!


Kand’ Abisirayeli bose bari binyegeje mu mugamba w’Abefurayimu, bumvise kw Abafilisitiya bahunze, na bo nyene babōma inyuma babarwanya.


Nukw araza, ashika ku birāro vy’intama vyar’ i ruhande y’inzira, kandi hār’ isenga. Maze Sauli aryinjiramwo kwihagarika. Kandi Dawidi n’ingabo ziwe bari bicaye hirya mur’ iryo senga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ