Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 41:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ariko haboneka abagabo cumi muri bo bīsaba Ishimayeli, bati Ntutwice, kuko dufise ivyo twaziganije, twānyegeje mu misozi, ingano na sayiri n’amavuta ya elayo n’ubūki. Nukw arigarura, ntiyabicana na bagenzi babo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 41:8
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Satani yishura Uhoraho, at’ Amagara akābga ayandi! Mber’ ivy’ umuntu atunze vyose yobitanga ku magara yiwe.


Ico umuntu yicunguza n’ itunga ryiwe, Arik’ umworo ntiyicura imikankamo.


kandi nzoguha itunga rihishijwe mu mwiza, n’ubutunzi bunyegejwe mu mpisho, kugira ng’ umenye kw ari jewe Uhoraho nguhamagaye mw izina, jewe nyene Imana y’Abisirayeli.


Nukw ico cobo Ishimayeli yashiburiyemw’ imivyimba yose y’abo yishe, ikahasanga uwa Gedaliya, ni co cari cimbishije umwami Asa kubgo gutinya Bayasha umwami w’Abisirayeli. Ishimayeli mwene Netaniya acuzuza abishwe.


Kand’ umuntu vyomumarira iki kwunguka ivyo mw isi vyose ni yākwa ubugingo bgiwe kw icīru? Cank’ umuntu yotanga iki ngw acungure ubugingo bgiwe?


Ni co gitumye ndababarira, nti Ntimukaganyire amagara yanyu ku vyo muzorya canke ku vyo muzonywa, cank’ umubiri wanyu ku vyo muzokwambara. Mbeg’ amagara ntaruta ivyo kurya, cank’ umubiri nturuta ivyambarwa?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ