6 Nuko Ishimayeli mwene Netaniya ava i Mizipa ngw aje kubasanganira, agenda arira ingenda: abasanganiye, arababarira, ati Ni muze kuri Gedaliya mwene Ahikamu.
Maz’ uwo mugabo wiwe aramuherekeza, agenda ararira inzira yose, arinda amushikana i Bahurimu. Ashitseyo, Abuneri aramubarira, ati Hogi subira inyuma; nukw aca asubira inyuma.
Kuko mur’ iyo misi no mur’ ico gihe, ni k’Uhoraho agize, Abisirayeli bazoza, bazananye n’ Abayuda; bazogenda barira ingenda, barondera Uhoraho Imana yabo.