4 Bukeye ku musi ugira kabiri amaze kwica Gedaliya, kand’ ata wurabimenya,
Ishimayeli yica kandi n’ Abayuda bāri kumwe na Gedaliya i Mizipa, bo n’abasoda b’Abakaludaya bāri basanzweyo.
haza bamwe bavuye i Shekemu n’i Shilo n’i Samariya, abagabo mirongumunani, bāri bimosheje ubganwa bgabo inkomvorera, bitantamuriyekw impuzu zabo, bikebaguye ku mibiri, bazanye amashikanwa n’imibavu mu minwe, ngo babizane mu ngoro y’ Uhoraho.
Ariko Dawidi ntiyagira umugabo cank’ umugore asiga atishe, kugira ngo ntabajane i Gati, ati Boye kuturega, ngo Dawidi yakoze artya n’ artya. Uko ni ko yahora agenza igihe cose yamaze aba mu gihugu c’Abafilisitiya.