Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 41:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Nuko Yohanani mwene Kareya, n’abagabisha b’ingabo bose bāri kumwe na we, ajana amasigarira y’abantu yari yatse Ishimayeli mwene Netaniya, yarakūye i Mizipa amaze kwica Gedaliya mwene Ahikamu, abagabo n’abagore n’abana n’ inkone, abagarukaniye i Gibeyoni,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 41:16
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ abagabisha bose b’ingabo, bo n’ingabo zabo, bumvise yuk’ umwami w’i Babuloni yashizeho Gedaliya kuganza igihugu, baza kuri Gedaliya i Misipa. Ni bo aba: Ishimayeli mwene Netaniya, na Yohanani mwene Kareya, na Seraya mwene Tanehumeti w’i Netofati, na Yezaniya umwana w’Umunyamayaka, bo n’ingabo zabo.


Maze Ishimayeli ajana kw inyagano amasigarira yose y’abantu bār’ i Mizipa, ni bo bakobga b’umwami n’abantu bose bāri bagisigaye i Mizipa, abo Nebuzaradani umukuru w’abashibamyi yari yaragije Gedaliya mwene Ahikamu. Nuko Ishimayeli mwene Netaniya abajana kw inyagano, avayo ngw aje mu Bamoni.


Ahamagara Yohanani mwene Kareya, n’abagabisha b’ingabo bose bāri kumwe na we, n’abantu bose uhereye ku boroshe ugashitsa ku bahambaye,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ