Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 41:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Nukw abantu bose Ishimayeli yarajanye kw inyagano abakūye i Mizipa, barahindukira, baherēra kuri Yohanani mwene Kareya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 41:14
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nukw abantu bose bāri kumwe na Ishimayeli babonye Yohanani mwene Kareya n’abagabisha b’ingabo bose bāri kumwe na we, baranezerwa.


Ariko Ishimayeli mwene Netaniya, bo n’abagabo munani, bacikana Yohanani, baja mu Bamoni.


atuma no ku Banyakanani b’i burasirazuba n’ab’i burengerazuba, no ku Bamori no ku Baheti no ku Baferizi no ku Bayebusi bo mu mugamba, no ku Bahiwi bo musi ya Herumoni mu gihugu c’i Misipa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ