Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 41:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Maze Yohanani mwene Kareya, n’abagabisha bose b’ingabo bāri kumwe na we, bumvise ivyo bibi vyose Ishimayeli mwene Netaniya yakoze,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 41:11
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ abagabisha bose b’ingabo, bo n’ingabo zabo, bumvise yuk’ umwami w’i Babuloni yashizeho Gedaliya kuganza igihugu, baza kuri Gedaliya i Misipa. Ni bo aba: Ishimayeli mwene Netaniya, na Yohanani mwene Kareya, na Seraya mwene Tanehumeti w’i Netofati, na Yezaniya umwana w’Umunyamayaka, bo n’ingabo zabo.


Nuko bamaze gushika hagati mu gisagara, Ishimayeli mwene Netaniya arabica, afatanije n’abagabo bāri kumwe na we, abashiburira mu cobo co kubīka amazi.


Maz’ abagabisha b’ingabo bose, na Yohanani mwene Kareya, na Yezaniya mwene Hoshaya, n’abantu bose uhereye ku boroshe ugashitsa ku bahambaye,


kugira ng’ Uhoraho Imana yawe atwereke uko dukwiye kugenza n’ico dukwiye gukora.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ