Yeremiya 40:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 baza kuri Gedaliya i Mizipa. Ni bo aba: Ishimayeli mwene Netaniya, na Yohanani na Yonatani bene Kareya, na Seraya mwene Tanehumeti, na bene Efayi w’i Netofati, na Yezaniya umwana w’Umunyamayakati, bo n’ingabo zabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Maz’ abagabisha bose b’ingabo, bo n’ingabo zabo, bumvise yuk’ umwami w’i Babuloni yashizeho Gedaliya kuganza igihugu, baza kuri Gedaliya i Misipa. Ni bo aba: Ishimayeli mwene Netaniya, na Yohanani mwene Kareya, na Seraya mwene Tanehumeti w’i Netofati, na Yezaniya umwana w’Umunyamayaka, bo n’ingabo zabo.