Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 40:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Nuko Yeremiya aja kuri Gedaliya mwene Ahikamu i Mizipa, yibanira na we hagati mu bandi bantu bari barasigaye mu gihugu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 40:6
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umwami Asa ahitana Abayuda bose, baja i Rama, bakūray’ amabuye n’ibiti, ivyo Bayasha yarikw arubakisha; maz’ avyubakisha i Geba n’i Misipa.


baratuma, bakūra Yeremiya mu rugo rw’ibohero, bamuha Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu wa Shafani, ngw amujane i we: nuko yibera ngaho mu bandi bantu.


Maze mu kwezi kw’indwi, Ishimayeli mwene Netaniya, Netaniya wa Elishama, wo mu nda y’ingoma, ari we umwe mu babgiriza bakuru b’umwami, azanana n’abantu cumi, aja kuri Gedaliya mwene Ahikamu i Mizipa; nuko basangirira na we aho nyene i Mizipa.


Maz’ Abisirayeli bose baragenda, bava mu gihugu cose uhereye i Dani ugashitsa i Beri‐sheba, hamwe n’abo mu gihugu c’i Gileyadi, bakoranira i Misipa imbere y’Uhoraho, bahūje inama nk’umuntu umwe.


Kand’ Abisirayeli bāri bararahiriye i Misipa, bati Nta muntu n’umwe muri twebge azoshingira umwana wiwe Umubenyamini.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ