Yeremiya 40:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Kandi non’ uyu musi ndakubohoye iminyororo iri ku maboko yawe. Ni washima kujana nanje i Babuloni, n’uze, nanje nzokugirira neza; ariko n’udashima kujana nanje i Babuloni, usigeho: eh’ igihugu cose kir’ imbere yawe; aho wumva ushima ko hakubereye kujayo, abe ari ho uja. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |