Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 4:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Musemererere i Buyuda, mwamamaze i Yerusalemu, muti Mutabarishe inzamba mu gihugu, musemereze ijwi rirenga, muti Ni mwēgerane, duhungire mu bisagara vyubakiwe inzitiro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 4:5
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uko kizoba gihita kwose kizobafata; kuko kizokwama gihita uko bukeye, ku murango no mw ijoro, kandi gutahura bga butumwa kuzozana gucika ivutu gusa.


riti Ni mwumve amajambo y’iri sezerano, muvugane n’abagabo b’i Buyuda n’ababa i Yerusalemu;


Maze rero, Nebukadineza umwami w’i Babuloni ateye iki gihugu, turavugana, tuti Ngo tuje i Yerusalemu, duhunge ingabo z’Abakaludaya, duhunge n’ingabo z’Abasiriya; ni kwo kuba i Yerusalemu.


Mutāngāze ibi ku b’inzu ya Yakobo, muvyamamaze i Buyuda,


Muhunge mwikize, mwebge Babenyamini, muve hagati muri Yerusalemu; muvugirize inzamba i Tekowa, kand’ i Beti‐hakeremu muhashire inderetsi yo gutabaza; kukw ivyago bisēsetse i burārūko, n’ukugeseza gukomeye.


Mbega none n’iki kikitwicaritse? Enda ni mwegerane, tuje mu bisagara vyubakiwe inzitiro, twumireyo; kuk’ Uhoraho Imana yacu atwumije, aduhaye amazi y’ubumara ngo tuyanywe, kuko twacumuye k’Uhoraho.


Ni nde munyabgenge yotahura ivyo? Kandi ni nde yabibariwe n’akanwa kanje, jewe Uhoraho, kugira ngw avyamamaze? N’iki gitumye igihugu cononekara kigasha uburimbi nk’ubugaragwa, ntihabe hakigira ūhaca?


Batabarishije inzamba, batunganije vyose, ariko nta n’umwe yagiye mu ntambara: kuk’ uburake bganje buri ku masinzi yabo yose.


Shira inzamba ku munwa! Araje nk’inkukuma, gutera ingoro yanje, jewe Uhoraho! Kuko bishe isezerano ryanje, bagacumura ku vyagezwe vyanje.


Ni muvugirize inzamba i Siyoni, muvugirize induru ku musozi wanje wera; ababa mu gihugu bose bahinde agashitsi: kuko wa musi w’Uhoraho uje, ushitse hafi;


Cank’ inzamba yovugirizwa mu gisagara, abantu ntibakanguke? Canke har’ icago cotera igisagara, Uhoraho atakirekuye?


Intambge irīvuze, none ni nde atotinya? Umwami Uhoraho aravuze, none ni nde atovugishwa?


at’ Uz’ ukore inzumbete zibiri mw ifeza, uzikoze mu buryo bgo gucura; zize zikubere izo guhamagaza ikoraniro, n’izo guhagurutsa amagugu y’abantu aho bashagaje.


Uko bazivugije, ikoraniro ryose rize rikoranire ah’ uri, ku muryango w’ihema ry’ ibonaniro.


Maze Yosuwa n’Abisirayeli bamaze kubahindikiranya, babatsinze rwose, amasigarira yo muri bo amaze kwitera mu bisagara bizitijwe inzitiro z’amabuye,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ