Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 38:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 ati Mwami wanje nyen’ ingoma, abo bantu bakoze nabi muri vyose bagiriye Yeremiya umuvugishwa, uwo batereye mu cobo; kand’ ari mu gupfira aho hantu ari, kubg’ inzara; kukw ata mutsima ugisigaye mu gisagara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 38:9
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mbitewe no gutinya ishengero mu kigohe, No gutinya kugawa n’iyindi miryango, Bigatuma nihorera, sindenge n’irembo—


Nzotuma barya abahungu babo n’abakobga babo, umuntu wese aryekw inyama mugenzi we, kubgo kwugarizwa no gusugerezwa, basugerejwe n’abansi babo n’ababahīga ngo babice.


Nuk’ umwami Zedekiya aravuga, bashira Yeremiya mu rugo rw’ibohero, bamugaburira umutsima uko bukeye, bawuguriye ku nzira y’abacumvyi, gushitsa ah’ imitsima yose yahebūriwe mu gisagara. Nuko Yeremiya aguma ngaho mu rugo rw’ibohero.


Maz’ umwami abarira Ebedumeleki Umunyetiyopiya, ati Kūra hano abagabo mirongwitatu, ubajane, ukūre uwo muvugishwa Yeremiya mur’ ico cobo, ntagweyo.


Ebedumeleki asohoka mu ngoro i bgami, abarira umwami,


Ariko weho nzokurokora kur’ uwo musi, ni jewe Uhoraho mbivuze: kandi ntuzotangwa mu maboko y’abo utinya.


Mu kwezi kwa kane, ku musi wakwo ugira icenda, inzara yar’ imaze guhūma mur’ ico gisagara, bituma abantu b’abanyagihugu babura ico barya.


Abantu baho bose baraniha, bayerera utwo kurya; Ibintu vyabo vyābahimbara bābitanze ku two kurya ngo basame amagara yabo: Uhoraho we, rāba witegereze: nahindutse ikigawa.


Batsinze ubugingo bganje mw ibohero i bgina, banyubikakw ibuye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ