12 Maze Ebedumeleki Umunyetiyopiya abarira Yeremiya, at’ Enda shira izo mpuzu z’imikūra n’ibishambara mu maha imbere y’imigozi. Yeremiya agira kuno.
Nuko Ebedumeleki ajana abo bagabo, yinjira mu ngoro y’umwami, aja musi y’ubushinguro, akūray’ impuzu z’imikūra n’ibishambara, abirungikisha imigozi mu cobo abiha Yeremiya.
Nuko bakwegesha Yeremiya imigozi, bamukūra mur’ ico cobo; Yeremiya aguma mu rugo rw’ibohero.
Maze Ebedumeleki, Umunyetiyopiya w’inkone, yasukūra mu ngoro y’ umwami, yumva ko bashize Yeremiya mur’ ico cobo; ico gihe umwami yar’ avyagiye ku kirimba citwa ica Benyamini.
ku vyo gukunda bene Data, mukundane rwose; ku vy’icubahiro, umuntu wese ashire imbere mugenzi we;
munezeranwe n’abanezerewe, murirane n’abarira.
Mugiriranire neza, mugiriranire imbabazi, muharirane, nk’ukw Imana na yo yabahaririye muri Kristo