Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 32:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 riti Hanameli mwene so wanyu Shalumu, agira aze kuri wewe, akubgire, ati Ni wigurire ishamvu yanje iri Anatoti: kukw ari wewe wo kuyicungura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 32:7
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ Uhoraho abarira Ahiya, at’ Ehe muka Yerobowamu araje kukubaza ivy’ umwana wiwe arwaye; nuk’ umubgire ibi n’ibi; kandi ni yashika, aza kuba yihinduye uwundi.


Amajambo ya Yeremiya mwene Hilukiya, wo mu baherezi bāba muri Anatoti mu ntāra ya Benyamini.


None rero, uku ni k’Uhoraho agize ku vy’abagabo bo muri Anatoti barondera kukwica, bati Ntuz’ ugire ico uvuga mw izina ry’Uhoraho, twoye kuzokwica:


Yeremiya aravuga, at’ Ijambo ry’Uhoraho ryanjeko,


Nuko Hanameli mwene wacu aza kuri jewe aho ndi mu rugo rw’ibohero, nk’ukw ijambo ry’Uhoraho ryavuze, arambarira, ati Ndakwinginze, gura ishamvu yanje iri Anatoti, ho mu ntāra ya Benyamini: kuko na kare yar’ iyawe, kandi ni wewe wo kuyicungura: non’ uyigurire. Ni ho naciye mmenya yukw iryo jambo ar’ iry’ Uhoraho.


Amatongo ntaz’ agurwe herandaheze, kukw igihugu ar’ icanje, namwe kuri jewe mukaba akavantara n’ abatsi b’indāro.


Kandi mu gihugu cose c’ishamvu yanyu, uwahoze ari nyen’ itongo muze mwemere aricungure.


Uw’i wanyu ni yahinduka umugorwa, akagura kw itongo ryiwe, mwene wabo azoba ar’ uwo hafi az’ aze, acungure iryo tongo mwene wabo yaguze.


Arikw ah’Abalewi baragira inyuma y’ ibisagara vyabo ntihaze hagurwe, kukw ar’ ishamvu yabo y’intahava.


canke se wabo, canke mwene se wabo, canke mwene wabo wo hafi uw’ ari we wese yomucungura; canke na we ubgiwe ahindutse umutunzi yokwicungura.


ati Barira Abisirayeli baze bahe Abalewi ibisagara vyo kubamwo, babisobanuye mu mashamvu yabo beguriwe; uti Mubahe n’amaragiro inyuma y’ivyo bisagara impande zose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ