Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 32:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye k’Uhoraho mu mwaka ugira icumi Zedekiya umwami w’i Buyuda ari ku ngoma, ni wo wagira icumi n’umunani Nebukadineza ari ku ngoma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 32:1
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Zedekiya yagiye ku ngoma amaze imyaka mirongwibiri n’ umwe; ayimarakw imyaka cumi n’umwe i Yerusalemu;


Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye k’Uhoraho, igihe umwami Zedekiya yamutumako Pashuri mwene Malakiya na Zefaniya mwene Mayaseya umuherezi,


Ijambo ryaje kuri Yeremiya ku vy’abantu bose b’i Buyuda mu mwaka ugira kane Yehoyakimu mwene Yosiya, umwami w’i Buyuda, ari ku ngoma; ni wo war’ umwaka wa mbere wa Nebukadineza umwami w’i Babuloni wo kuba ku ngoma.


Mu matangura yo kuba ku ngoma kwa Yehoyakimu mwene Yosiya umwami w’Abayuda, haza iri jambo kuri Yeremiya rivuye k’Uhoraho,


Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye k’Uhoraho, igihe Nebukadineza umwami w’i Babuloni n’ingabo ziwe zose n’abami bo mw isi yose yaganzwa na we, n’ amahanga yose, bāriko bararwana n’i Yerusalemu n’ibisagara vyaho vyose,


mu mwaka ugira icumi n’umunani Nebukadineza ari ku ngoma, yajanye ab’ inyagano amajana munani na mirongwitatu na babiri, abakūye i Yerusalemu;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ