Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 3:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Maze mur’ iyo misi, ni mwamara kugwira no kurondoka mu gihugu, ni jewe Uhoraho mbivuze, ntibazoba bakivuga isandugu y’isezerano ryanje, jewe Uhoraho, kandi ntibazoba bakiyiyumvira canke ngo bayibuke; ntibazoba bakiyikumbura, canke ngo babe bagisubira kubāza iyindi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 3:16
24 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Inkēngērwa izovamw’ igihumbi, kandi nyarucari azoba ihanga rikomeye. Jewe Uhoraho nzobishitsa n’ingoga, igihe cavyo kigeze.


Nuko bazokwubaka ahār’ imisaka kera, bahagarike ahāsanganguwe ubga mbere, kandi bazosubira kuvyura ibisagara vyāsenyutse, ivyāmaze ibihe vyinshi ar’ imisaka.


Kuko rāba, ndarema ijuru risha n’isi nsha; ivya mbere ntibizokwibukwa, kandi ntibizoruha vyiyumvirwa.


Ico gihe bazokwita Yerusalemu intebe y’ubgami bganje, jewe Uhoraho, kand’ amahanga yose azokoranirizwa i Yerusalemu mw izina ryanje, jewe Uhoraho: ntibazoba bakigendera ukundi mu budadarare bg’imitima yabo mibi.


Muri vyo hazoba gushima, n’ijwi ry’abanezerewe: kandi nzobagwiza, ntibazoba bake; nzobaha icubahiro, ntibazoba abo hasi.


Eh’ imisi izoza, ni jewe Uhoraho mbivuze, nzobiba imbibe, ni yo nzu ya Isirayeli n’inzu ya Yuda, ndayibibemw’ imbuto, ari zo bantu n’ibitungwa.


Ehe nzobazana mbakūye mu gihugu c’i burārūko, mbakoranirize hamwe mbakūye ku mpera z’ isi; kandi bazozanana n’impumyi n’ūcumbagira, n’umugore akuriwe hamwe n’ūramutswe: bazogaruka ino ar’ ishengero rinini.


Ntimwizigire amagambo y’ibinyoma, avuga ngo Nguru urusengero rw’Uhoraho, nguru urusengero rw’Uhoraho, nguru urusengero rw’Uhoraho!


Rāba, kikir’ umurava nta co covuyemwo cokoreshwa, nkanswe ubu, umuriro umaze kugitongora, kigasha, har’ ico coba kikivamwo cokoreshwa?


Kand’ ikigeretseko, nzosezerana na bo isezerano ry’amahoro, ribabere isezerano ritazoshira. Nzohabegurira ndabagwize, kand’ ahēra hanje nzohashinga hagati yabo gushitsa ibihe bidashira.


Kuko rāba nzobishinga, ngosorere ab’ inzu ya Isirayeli mu moko yose, nk’ibigosozwa urutaro, ariko nta gatete na kamwe kazokorokera hasi.


Kur’ uwo musi ntuzokwongera gutēterezwa n’ibikorwa vyawe vyose, ivyo wagenda uncumurako: kukw ico gihe nzoba ngukūyemw’ abihayagiza bībona, kandi nawe ntuzokwongera kwishira hejuru ku musozi wanje wera.


Yosiya yavyaye Yekoniya n’abandi bavukana, mu gihe co kwambukanwa i Babuloni.


Mwoye kwiyumvira mu mitima, muti Dufise Aburahamu, ni we sogokuruza. Ndababgira yukw aya mabuye Imana ishobora kuyavyuramw’ abana ba Aburahamu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ