Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 27:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 ibindi ubirungikire umwami w’i Edomu, n’umwami w’i Mowabu, n’ umwami w’Abamoni, n’umwami w’i Tiro, n’umwami w’i Sidoni, ubirungikane intumwa zaje i Yerusalemu zitumwe kuri Zedekiya, umwami w’i Buyuda;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 27:3
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Na we agarariza umwami Nebukadineza, kandi yari yaramurahije Imana; nukw agamika izosi, yikomantaza umutima, ntiyahindukirira Uhoraho Imana y’Abisirayeli.


Ewe Sidoni māramāra; kukw ikiyaga kivuze, igihome co ku kiyaga kiravuze, kiti Sinaramutswe, sinavyaye, kandi sinonkeje abahungu, sinareze n’abakobga.


Nuko mbarira Zedekiya umwami w’i Buyuda nk’ukw ayo majambo yose ameze, nti Ni mugondere izosi ingōgo y’umwami w’i Babuloni, mumusabe, musabe n’abantu biwe, mubone kubaho.


ubatume amajambo bashīra ba shebuja, ut’ Uku ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, ni we Mana y’Abisirayeli, at’ Uku abe ari ko mubarira ba shobuja,


Maze mur’ uyo mwaka nyene, mu matangura yo kuba ku ngoma kwa Zedekiya, umwami w’i Buyuda, ni wo mwaka wa kane, mu kwezi kwa gatanu, Hananiya mwene Azuri, kamenyi w’i Gibeyoni, ambaririra mu ngoro y’Uhoraho, imbere y’abaherezi n’abantu bose,


riti Mwana w’umuntu, Nebukadineza, umwami w’i Babuloni, yakoresheje ingabo ziwe igikorwa gikomeye aho yatera i Tiro: imitwe yazo yose yatobotse ubuhanza, no ku rutugu hose haramyoka: yamara nta ngororano yabonye, cank’ ingabo ziwe, mu vy’i Tiro, kubg’ igikorwa gikomeye yakoze, aho yahatera.


Uku ni k’Uhoraho agize, ati Kubg’ ibicumuro bitatu vy’i Tiro, mbere ni bine, sinzovyirengagiza; kuko bajanye ihanga ryose ar’ inyagano, bakabashora ku Banyedomu, ntibibuke isezerano ry’ umuvukano.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ