Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 27:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Mu matangura yo kuba ku ngoma kwa Yehoyakimu mwene Yosiya umwami w’Abayuda, haza iri jambo kuri Yeremiya rivuye k’Uhoraho,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 27:1
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Zedekiya yagiye ku ngoma amaze imyaka mirongwibiri n’ umwe; ayimarakw imyaka cumi n’umwe i Yerusalemu; nyina yitwa Hamutali umukobga wa Yeremiya w’i Libuna.


Zedekiya yagiye ku ngoma amaze imyaka mirongwibiri n’ umwe; ayimarakw imyaka cumi n’umwe i Yerusalemu;


Mu matangura yo kuba ku ngoma kwa Yehoyakimu mwene Yosiya umwami w’Abayuda, haza iri jambo rivuye k’ Uhoraho,


Nuko mbarira Zedekiya umwami w’i Buyuda nk’ukw ayo majambo yose ameze, nti Ni mugondere izosi ingōgo y’umwami w’i Babuloni, mumusabe, musabe n’abantu biwe, mubone kubaho.


ibindi ubirungikire umwami w’i Edomu, n’umwami w’i Mowabu, n’ umwami w’Abamoni, n’umwami w’i Tiro, n’umwami w’i Sidoni, ubirungikane intumwa zaje i Yerusalemu zitumwe kuri Zedekiya, umwami w’i Buyuda;


Maze mur’ uyo mwaka nyene, mu matangura yo kuba ku ngoma kwa Zedekiya, umwami w’i Buyuda, ni wo mwaka wa kane, mu kwezi kwa gatanu, Hananiya mwene Azuri, kamenyi w’i Gibeyoni, ambaririra mu ngoro y’Uhoraho, imbere y’abaherezi n’abantu bose,


Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye k’Uhoraho mu mwaka ugira icumi Zedekiya umwami w’i Buyuda ari ku ngoma, ni wo wagira icumi n’umunani Nebukadineza ari ku ngoma.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ