Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 26:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Maze Yeremiya abarira abaganwa bose n’abantu bose, at’ Uhoraho ni we yantumye kubūrira kur’ iyi ngoro no kur’ iki gisagara amajambo yose mwumvise.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 26:12
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kimwe gusa, mumenye rwose ni mwanyica, ko muzoba mwizanyekw amaraso y’ ūtācumye, azoba kuri mwebge ubganyu no kur’ iki gisagara no ku bakibamwo: kuko vy’ukuri Uhoraho ni we yabantumyeko kuvugira ayo majambo yose mu matwi yanyu.


rit’ Uku ni k’Uhoraho agize, ati Hagarara mu nyubakwa y’ingoro yanje Uhoraho, ubarire ab’ibisagara vyose vy’i Buyuda baza gusenga mu ngoro yanje, amajambo yose nkubarira yo kubabgira: ntusige na rimwe.


Maze ni bakubaza, ngw Igituma uniha n’ iki? uz’ ubabgire, uti Mbitewe n’ inkuru mbi y’ibigira bize; umutima wose uzohababuka, amaboko yose adendebuke; umushaha wose uzocika ivutu, n’amavi yose aregarege acike nk’amazi: ehe biraje, bigira bishireko, ni k’ Umwami Uhoraho agize.


Intambge irīvuze, none ni nde atotinya? Umwami Uhoraho aravuze, none ni nde atovugishwa?


Petero na Yohana barabishura, bati Namb’ ari vyiza mu nyonga z’Imana kubumvira kubarutisha Imana, ni mubitandukanye:


Maze Petero n’intumwa barabishura, bat’ Igikwiye n’ukwumvira Imana kuyirutisha abantu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ