Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 26:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Mu matangura yo kuba ku ngoma kwa Yehoyakimu mwene Yosiya umwami w’Abayuda, haza iri jambo rivuye k’ Uhoraho,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 26:1
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bene Yosiya, uw’imfura ni Yohanani, uwa kabiri ni Yehoyakimu, uwa gatatu ni Zedekiya, uwa kane ni Shalumu.


Kandi ryongera kuza no ku ngoma ya Yehoyakimu mwene Yosiya, umwami w’i Buyuda, gushitsa no kw iherezo ry’umwaka ugira icumi na rimwe Zedekiya mwene Yosiya, umwami w’i Buyuda, ari ku ngoma; rishitsa n’igihe ab’ i Yerusalemu bājanywe kw inyagano mu kwezi kwa gatanu.


Ijambo ryaje kuri Yeremiya ku vy’abantu bose b’i Buyuda mu mwaka ugira kane Yehoyakimu mwene Yosiya, umwami w’i Buyuda, ari ku ngoma; ni wo war’ umwaka wa mbere wa Nebukadineza umwami w’i Babuloni wo kuba ku ngoma.


Mu matangura yo kuba ku ngoma kwa Yehoyakimu mwene Yosiya umwami w’Abayuda, haza iri jambo kuri Yeremiya rivuye k’Uhoraho,


Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye k’Uhoraho mu gihe ca Yehoyakimu mwene Yosiya, umwami w’i Buyuda,


Mu mwaka ugira kane Yehoyakimu mwene Yosiya umwami w’i Buyuda ari ku ngoma, haza iri jambo kuri Yeremiya rivuye k’Uhoraho,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ