Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 22:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Kandi nzogutegurira abo kugusangangura, umuntu wese muri bo afise ibirwanishwa; bazohimbagura inkingi zawe z’amasederi meza, baziterere mu muriro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 22:7
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Watumye abantu bawe kuntuka, jewe Umwami Imana, uravuga, ng’ Udūganye igitero cinshi c’imikogote yawe y’intambara, ushitse mu mpinga z’imisozi, no mu dushōka tw’i Lebanoni; ngo Wiciye ibiti vy’amasederi vyaho birebire, n’ivy’ akajwari vyaho vyiza‐vyiza; ngo Wahanyuragiye ushika ku mpinga yaho hirya cane, no mu biti vyo mw itongo ryaho rimera cane.


Abapfakazi babo baragwiriye kurusha umusenyi wo ku kiyaga imbere yanje: nabagomoreye abanyazi ku murango w’amashōka, ngomoreye nyina w’abahungu; namusutseko giturumbuka umubabaro n’ ibiteye ubgoba.


Nzobahana nk’ukw ibikorwa vyanyu vyamuje, ni jewe Uhoraho mbivuze; kandi nzodomeka umuriro mu kibira caho uzotongora ibiri hirya no hino yaho vyose.


Ehe ngira mbazanire ihanga rivuye kure, yemwe ab’ inzu ya Isirayeli, ni jewe Uhoraho mbivuze; n’ihanga rihambaye, n’ihanga ryamyeho kera, n’ihanga rivuga ururimi mutazi, mutoshobora no kwumva ico rivuga.


Ugurura inzugi zawe, Lebanoni, umuriro uturire ibiti vyawe vy’amasederi.


Uwo mwami araraka, agomora ingabo ziwe, ahonnya abo bicanyi, ayigiza igisagara cabo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ