Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 22:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Kuko ni mwagenza murtyo koko, ni ho mu birimba vy’iki gisagara hazoca abami uko bakūranwa ku ngoma ya Dawidi, bagendera mu mikogote no ku mafarasi, umwami wese n’ abasavyi biwe n’abantu biwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 22:4
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ni ho mu birimba vy’iki gisagara hazoca abami n’abaganwa uko bakūranwa ku ngoma ya Dawidi, bagendera mu mikogote no ku mafarasi, bo ubgabo n’ abaganwa babo, n’abagabo b’i Buyuda, n’ababa i Yerusalemu: kand’ iki gisagara kizokwamah’ ibihe bidashira.


uti Ni wumve ijambo ry’ Uhoraho, yewe mwami w’i Buyuda, uri ku ngoma ya Dawidi, wewe n’abasavyi bawe, n’abaca mur’ aya marembo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ