Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 2:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ko batārushe bībaza, bat’ Uhoraho ari hehe, yadukūye mu gihugu ca Egiputa, akaturōngōra mu bugaragwa, no mu gihugu c’ubgeranyange kirimw’ ivyobo, mu gihugu kigadutse c’igitūtu c’urupfu, mu gihugu kidacamw’ abantu, ata muntu n’umwe ahaba?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 2:6
26 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yābīra wa mutamana wakorokanye Eliya, awukubitisha amazi, aravuga, at’ Uhoraho, Imana ya Eliya, ari hehe? Amaze gukubita amazi, aca yigabanyamwo kubiri, amwe aja ukwayo ayandi ukwayo; nuko Elisa arajabuka.


Umwiza n’igitūtu c’urupfu biwugire uwavyo, Igicu kiwubarareko: Ivyīrīsha ubgīrakabiri vyose biwutere ubgoba.


Ariko nta wuvuga, at’ Imana Umuremyi wanje iri hehe, Kand’ ari yo iduha indirimbo mw ijoro,


Mbere naho noca mu mwonga w’igitūtu c’urupfu Sinzogira ikibi ntinya; kuk’ uri kumwe nanje: Inyobozo yawe n’ubuhiri bgawe ni vyo bimpumuriza.


Niyumviriye imisi ya kera, Imyaka y’ibihe vya kera.


iti Nd’ Uhoraho Imana yawe, yagukūye mu gihugu ca Egiputa, mu nzu y’ubuja.


Yababaranye na bo mu mibabaro yabo yose, kand’ umumarayika yama ahagaze mu nyonga ziwe yarabakiza: urukundo rwiwe n’ikigongwe ciwe ni vyo vyamuteye kubacungura; yarabaterura akabaheka imisi yose ya kera.


Kandi nta n’umwe yambaza izina ryawe, nta wuruha yinanata ngo yimatanye nawe; kuko waduhishije mu nyonga hawe, ukaduhebera mu bigabitanyo vyacu.


Muheshe Uhoraho Imana yanyu icubahiro, atarazana umwiza, ibirenge vyanyu bitaratsitarira ku misozi icuze umwiza; namwe muciteze umuco akawuhindura igitūtu c’urupfu, akawugira umwiza w’umuzitanya.


riti Genda usemererere mu matwi y’ab’ i Yerusalemu, ut’ Uku ni k’Uhoraho agize, ati Nibuka urukundo rwo mu buto bgawe, n’ukuntu wannogera ukir’ umugeni; ukuntu wankurikiye mu bugaragwa, no mu gihugu kitigeze kubibgamw’ imbuto.


Abaherezi ntibārushe bībaza, bat’ Uhoraho ari hehe? N’abafise ibango ry’ivyagezwe ntibāmmenye; abaragiye igihugu bārancumuyeko, kand’ abo nari kuvugisha basigaye bavugishwa na Bayali, bakurikira ibitagira ikimazi.


Bīhakanye Uhoraho, ngo Nta we; kandi ngo Nta vyago bizotuzako, nta n’inkota tuzobona cank’ amapfa;


Naho barahira uguhoraho kw’Uhoraho, n’ukuri barahira ibinyoma.


Ibisagara vyaho bihindutse ibitongozi, igihugu cumye c’ubugaragwa, igihugu ata muntu akikibamwo, ata n’umuntu akigihitamwo.


Uhoraho yadūganye Abisirayeli abakūra muri Egiputa, abakūjey’ uwavugishwa na we, kand’ uwavugishwa na we ni we yabazigama.


Yamara ni jewe Uhoraho Imana yawe uhereye igihe waviriye mu gihugu ca Egiputa; nta yindi mana n’imwe mwari muzi atari jewe, kandi nta wundi Mukiza atari jewe.


Yamara mweho nabadūganye mbakuye mu gihugu ca Egiputa, mbarōngōra mu bugaragwa imyaka mirongwine, kugira ngo mwegukire igihugu c’Abamori nyene.


Abantu bāri bicaye mu mwiza, Babonye umuco mwinshi, Kand’ abāri bicaye mu gihugu c’urupfu no mu gitutu carwo, Umuco urasiye kuri bo.


Nuko tuvuduka i Horebu, duca muri bga bugaragwa bunini buteye ubgoba, turaburangiza, nk’ uko mwabibonye; tujana inzira irora mu mugamba w’Abamori, nk’uk’ Uhoraho Imana yacu yatugeze; dushika i Kadeshi‐baruneya.


Yabasanze mu gihugu c’ ubugaragwa, Mu bugaragwa bg’ubgeranyange, humvikanamw’ ibihūrira; Abakikiza irya n’ino, arababungabunga, Abazigama nk’imbone y’ijisho.


Kandi muze mwibuke urugendo rwose rwo mu bugaragwa Uhoraho Imana yanyu yabarōngōyemw’ iyi myaka ukw ari mirongwine; kugira ngw abacishe bugufi, abagerageze, amenye ibiri mu mitima yanyu, yuko muzokwitondera ivyagezwe vyiwe canke ko mutazovyitondera.


Gideyoni aramwishura, ati Mugenzi, namb’ Uhoraho ari kumwe natwe, n’iki gituma ivyo vyose bitubako? Kandi vya bitangaza vyiwe vyose ba sogokuruza bātubarira biri hehe, bat’ Uhoraho ni we yadukūye muri Egiputa? Ariko noneho, Uhoraho yaradutaye, yatugabuye mu maboko y’Abamidiyani.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ