Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 2:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Naho wokwiyuhagiza ivyitwa amagadi, ukīyabīrira n’isabuni nyinshi, ukugabitanya kwawe kuzoba ubgome imbere yanje, ni jewe Umwami Uhoraho mbivuze.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 2:22
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Dawidi aramubarira, ati Sībira hano n’uyu musi, ejo nzokurekura ugende. Nuko Uriya asībira i Yerusalemu uwo musi na bukeye.


Igicumuro canje gitekewe mw isaho irumanijwe n’ishashara, N’ibigabitanyo vyanje ubiboheye hamwe.


Uhoraho, wokwama wibuka ibigabitanyo, Bgirukiro, ni nde yohava akazohagarara adatsinzwe?


Washize ivyo twagabitanije imbere yawe, N’ivyaha vyacu vyo mu mpisho wabishize mu muco uva mu nyonga hawe.


Kukw inyonga zanje ziri ku nzira zabo zose: ntizinyegejwe ngo sinzibone, kand’ ibigabitanyo vyabo ntibihishijwe inyonga zanje.


Icaha ca Yuda candikishijwe ikaramu y’icuma, n’ akabuye gasongoye kitwa alimasi: canditswe ku bisate, ari vyo mitima yabo, canditswe no ku mahembe y’ibicaniro vyabo;


Ewe Yerusalemu, ni wuhagire umutima wawe ivyaha, kugira ng’ ukizwe. Uzogeza ryari kwama usembereza ivyiyumviro vyawe bibi mu mutima?


Nuko rero, uku ni k’Umwami Uhoraho agize, ati Kizobona ibara, ca gisagara kivisha amaraso, ni co ya nkono irimw’ ingese, ingese zayo zanse kuyivamwo! Zose uzārure imwe‐imwe, utarinze kurobanura.


Ibigabitanyo vya Efurayimu bitekagiwe hamwe; icaha ciwe kirabītswe.


Uhoraho arahiye ubgiza bga Yakobo, ati N’ukuri nkazokwigera nibagira ivyo bākoze, haba na kimwe!


Mbeg’ ivyo ntibibītswe aho ndi? Ntivyugaraniwe mu bubīko bganje?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ