Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 2:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ni mwumirwe, mwa majuru mwe, muje mu gatengo, mujorerwe, ni jewe Uhoraho mbivuze;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 2:12
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni mwumve, mwa majuru, tega amatwi, wa si we, kuk’ Uhoraho abivuze: ati Narakujije abana, ndabarera, maze barampinduka.


Banza muhagarare, mujorerwe; mwihume amaso, muhume; muborerwe mutanyoye vino; mudandabagirane, bitavuye ku biboreza.


Nuko rero, uku ni k’Uhoraho agize, at’ Enda ni mubaze mu mahanga ko hoba har’ uwumvise ibimeze birtyo; inkumi, ni yo Bisirayeli, yakoze ibibi vy’ubuyobe.


Ewe wa gihugu we, wa gihugu we, wa gihugu we, ni wumve ijambo ry’Uhoraho!


Nararāvye, mbona isi, nsanga ar’ imisaka irik’ ubusa gusa; n’ijuru n’uko, ata n’umuco rigira.


ni wumve, wa si we, ehe ngira nzane ivyago kur’ ubu bgoko, vyandurutse mu vyiyumviro vyabo, kuko batumviye amajambo yanje, kand’ ivyagezwe vyanje bakaba bārabikēngereye.


Yemwe misozi, namwe matanguriro y’isi yahamye, ni mwumve ukubūrana kw’Uhoraho; kuk’ Uhoraho afitaniye imibūrano n’abantu biwe, kand’ agira abūrane n’Abisirayeli.


Uhereye kw isaha ya gatandatu ubgirakabiri bukorana mu gihugu cose gushitsa kw isaha y’icenda.


Tega ugutwi, wa juru we, nanje mvuge; Isi na yo ni yumve amajambo ava mu kanwa kanje.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ