Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 19:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Nzotuma barya abahungu babo n’abakobga babo, umuntu wese aryekw inyama mugenzi we, kubgo kwugarizwa no gusugerezwa, basugerejwe n’abansi babo n’ababahīga ngo babice.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 19:9
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ku musi ugira icenda wo mu kwezi kwa kane, inzara yar’ imaze guhūma mur’ ico gisagara, bituma abantu b’abanyagihugu babura ico barya.


Umuntu azosahurira i buryo bgiwe, ariko yame ashonje; azorya n’ivy’ i bumoso, na ho nyene ntahāge: umuntu wese azorya mugenzi we kw inyama.


Nzobasekanisha nk’impfizi z’intama, umwe n’uwundi, abana na ba se, ni jewe Uhoraho mbivuze: nta kagongwe nzogira, cank’ impuhwe, cank’ imbabazi, ngo bimbuze kubageseza.


ati Mwami wanje nyen’ ingoma, abo bantu bakoze nabi muri vyose bagiriye Yeremiya umuvugishwa, uwo batereye mu cobo; kand’ ari mu gupfira aho hantu ari, kubg’ inzara; kukw ata mutsima ugisigaye mu gisagara.


Uhoraho we, rāba witegereze uwo wagiriye ivyo! Mbeg’ abagore borya abo bāvyaye, utwana bākuyakuya mu maboko yabo? Mbeg’ umuherezi n’ūvugishwa n’Imana bokwicirwa ahantu hēra h’Umwami Imana?


Abagore bāri bafise ikigongwe basigaye bafata abana bīvyariye, bakabateka, Bakaba ivyo kurya vyabo, igihe umukobga w’ubgoko bgacu yagesezwa.


Ni co gituma ba se b’abana bazobarīra hagati muri wewe, n’ abana bazorya ba se; kandi nzocira amateka muri wewe, n’amasigarira yawe yose nzoyashwiragiriza mu birēre vyose.


Muzorya abahungu banyu n’ abakobga banyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ