Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 18:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Maz’ ikintu yarikw arabumba cononekarira mu ntoke z’uwo mubumvyi, nuko yongera kukibumbamw’ ikindi ukundi gusha, kimeze nk’ukw agomba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 18:4
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Azobona ibara, ūhāririza uwamuremye, kand’ ar’ akajo mu tujo two kw isi! Mbeg’ ibumba ryobaza ūrikw araribumba, riti Har’ ico wobumba? Cank’ igikorwa ukora covuga kw ata maboko ufise?


Nuko ndamanuka, nja ku nzu y’umubumvyi, nsanga arikw arabumbira ku rujo.


riti Yemwe ab’ inzu ya Isirayeli, mbega jewe sinoshobora kubagira nk’uyu mubumvyi? ni k’Uhoraho abaza. Rāba nk’ukw ibumba riri mu kuboko kw’umubumvyi, namwe ni ko muri mu kuboko kwanje, yemwe ab’ inzu ya Isirayeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ