Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 18:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 riti Va hasi, umanuke uje ku nzu y’umubumvyi, aho ni ho nzokwumvishiriza amajambo yanje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 18:2
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ico gihe ni ho Uhoraho yavugiye muri Yesaya mwene Amosi, aramubgira, ati Genda ukenyurure igunira ukenyeye mu nda, ukūre n’inkweto mu birenge vyawe. Abigenza artyo, agenda yambaye ubusa, atagira n’inkweto.


Uku ni k’Uhoraho yambariye, ati Genda wigurire umukanda w’impuzu yera, uwukenyeze, ntuwukoze mu mazi.


Nuko ndamanuka, nja ku nzu y’umubumvyi, nsanga arikw arabumbira ku rujo.


Iyaba bārabaye mu nama yanje baba bātumye abantu banje bumva amajambo yanje, kandi baba bārabahindukije bakava mu nzira yabo mbi, no mu bikorwa vyabo bibi.


Ibi ni vyo yanyeretse: ehe rāba, Umwami Imana yar’ ahagaze i ruhande y’uruzitiro rw’ amabuye rwubakishijwe karisho, afise karisho mu ntoke.


ariko va hasi, ushike mu gisagara, uzobarirwa ivy’ ukwiye gukora.


Kera Imana yabaririye ba sogokuruza mu kanwa k’abavugishwa na yo mu bihe vyinshi no mu buryo bginshi,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ