1 Ijambo ry’Uhoraho rija kuri Yeremiya,
Hanyuma ijambo ry’Uhoraho rimuzako,
Ewe bupfu buri hano! Mbeg’ umubumvyi mumuhwanya n’ibumba, ngw ikintu cabumbge gihakane uwakibumvye, kiti Ntiyambumvye; cank’ ikintu caremwe kigahakana uwakiremye, kiti Nta bgenge agira?
Ariko ni mutanyumvira ngo muziririze umusi w’isabato, ngo mwoye kugira ico mwiremēka mugicana mu birimba vy’i Yerusalemu ku musi w’isabato, nuko nzodomeka umuriro mu birimba vyaho, uzotongora ingoro z’i Yerusalemu, kandi ntibazoruha bawuzimya.
riti Va hasi, umanuke uje ku nzu y’umubumvyi, aho ni ho nzokwumvishiriza amajambo yanje.