Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 16:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Kandi ntuze winjire mu nzu y’amazimano ngo wicarane na bo, usangire na bo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 16:8
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Sinicarana n’abanyabinyoma, Kandi sinzogendera indyarya.


Sinicaranye n’abaremye akarwi bitwengera, bihimbarirwa: nicaye ukwanje jenyene kubg’ ukuboko kwawe; kuko wanyujuje umwikomo.


Kukw ari ko bāri bameze mu misi umwuzure utaribgatere: bārarya, bāranywa, bārarongora, bārashingira, bageza kuri wa musi Nowa yinjiye muri bga bgato,


Ariko burya nabandikiye ko mutivanga n’uwitwa mwene Data, namb’ ar’ umusambanyi, cank’ uwifuza, cank’ ūsenga ibigirwamana, cank’ ūtukana, cank’ ūborerwa, cank’ umunyazi: ūmeze artyo, no gusangira ntimugasangire na we.


kandi ntimugafatanye n’ibikorwa birumvye vy’umwiza, ariko cane‐cane mubiserure,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ