Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 15:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Ni nde azokugirira akagongwe, ewe Yerusalemu? Ni nde azokuririra? Ni nde azokikama ngw abaze udukuru twawe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 15:5
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ibi vyompi ko bigushitseko, ni nde azokuririra? Ko haje ibitongozi n’ugusangangurwa, bo n’inzara n’inkota, nokuremesha nte?


Nukw abazokurāba bose bazoguhunga, bati Ninewe harageseye! Ni nde azoharirira? Nokūra hehe abo kukwirura?


Kandi hanyuma y’ivyo, ni jewe Uhoraho mbivuze, nzogabura Zedekiya umwami w’Abayuda, n’ abasavyi biwe, n’abantu bazoba bagisigaye mur’ iki gisagara, batishwe n’ikīza n’inkota n’inzara, mbashire mu kuboko kwa Nebukadineza umwami w’i Babuloni, no mu maboko y’abansi babo, no mu maboko y’abarondera kubica: azobicisha ubugi bg’inkota; ntazobagirira impuhwe cank’ akagongwe cank’ imbabazi.


Ibitutsi vyammenaguye umutima, ndaremerewe cane: Nareretse ko har’ uwongirira akagongwe, nta wabonetse; N’uko har’ abonyirura, ndabura.


Kuk’ ukw ari k’Uhoraho agize, ati Nturuhe winjira mu nzu y’abagandaye, ntuje kubaborogera canke kubaririra; kuko nkūye amahoro yanje kur’ ubu bgoko, bo n’imbabazi no kugirirwa neza, ni jewe Uhoraho mbivuze.


Nzobasekanisha nk’impfizi z’intama, umwe n’uwundi, abana na ba se, ni jewe Uhoraho mbivuze: nta kagongwe nzogira, cank’ impuhwe, cank’ imbabazi, ngo bimbuze kubageseza.


Mungirire akagongwe, mungirire akagongwe, yemwe bakunzi banje, Kuk’ ukuboko kw’ Uhoraho kwankozeko.


Nuko Dawidi atuma abahungu b’imisore cumi, ati Ni mudūge muje i Karumeli, muje kwa Nabali, mumundamukirize;


Maze Dawidi abītsa ivyo yar’ agemuye ūsigarana ibintu vy’intēkera, ariruka aja mu ngabo, aramutsa bakuru be.


Barakuramutsa, baguhe n’amarobe abiri, nawe uyākīre.


Bakeberezaho, bashika mu nzu ya wa musore w’ Umulewi mu rugo rwa Mika, baramuramutsa;


Mose arasohoka, aja gusanganira sebukwe, akubita inkoro hasi, amugwa mu nda, babazanya amakuru, binjira mw ihema.


Siyoni hata amaboko, ntihabona uwohahūmuriza; Uhoraho yashinze ivya Yakobo, kw abamukikije bose bamubera abarwanizi: Yerusalemu habamereye nk’ ikintu giteye iseseme hagati muri bo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ