Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 13:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 rit’ Uku ni k’Uhoraho agize, at’ Uko ni ko nzokwonona amanyama y’ Ubuyuda n’amanyama akomeye y’i Yerusalemu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 13:9
19 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ubgibone bgitangira imbere y’uguhona, Kand’ umutima wihaya witangira imbere y’ukugwa.


Twumvise ubgībone bg’i Mowabu, ko hībona cane: twumvise n’ukwishira hejuru kwaho n’ubgībone bgaho n’agakēngērwe kaho: arik’ ukwīrārīra kwaho n’ukw’ ubusa.


Uhoraho Nyen’ ingabo ni we yabigabiye, kugira ngw akengereze ubgibone bg’ icubahiro cose, kandi ngw agayishe abanyacubahiro bose bo mw isi.


ni yo aya: Yerusalemu n’ibisagara vy’i Buyuda n’abami baho n’abaganwa baho, ngo hacike imisaka n’akajoreza n’aho kuvuzwakw agahwa n’ikivume, nk’uko nyene bimeze uyu musi;


Twumvise ivy’ ubgibone bg’i Mowabu, yuko hafise ubgibone bginshi; ivy’ ukwishira hejuru kwaho, n’ivy’ ubgibone bgaho, n’ivy’ amanyama yaho, n’ivy’ ukwigira hanini kwo mu mutima waho.


Bābaye abībone, kandi bākorera ibizira imbere yanje: nuko mbibonye mbakūraho.


Murumunawe Sodomu ntiwarushe umucisha no mu kanwa mu gihe c’ubgibone bgawe,


Nzocobogoza ubushobozi bganyu mwihaya, mpindure ijuru ryo hejuru yanyu nk’icuma, n’isi yanyu nk’umuringa.


Kuk’ Uhoraho agarukanye icubahiro c’aba Yakobo, nk’icubahiro c’Abisirayeli; kukw abasahuzi babasahuye, bagahanyagura amashami y’imizabibu yabo.


Kur’ uwo musi ntuzokwongera gutēterezwa n’ibikorwa vyawe vyose, ivyo wagenda uncumurako: kukw ico gihe nzoba ngukūyemw’ abihayagiza bībona, kandi nawe ntuzokwongera kwishira hejuru ku musozi wanje wera.


Ndababgire, Uwo muntu yamanutse aja i we, atsindanishirijwe kuruta wa wundi; kuk’ uwishira hejuru wese azocishwa bugufi, arik’ uwicisha bugufi azoshirwa hejuru.


Arikw itanga ubuntu burushirije. Ni co gituma ivuga, it’ Imana irwanya abibona, arikw abicisha bugufi ibaha ubuntu.


Namwe bukungu, mugamburukire abashingantahe. Mwese mukenyere ukwicisha bugufi kugira ngo mukorerane: kukw Imana irwanya abībona, arikw abicisha bugufi ikabaha ubuntu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ