Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 13:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 riti Jana wa mukanda wagura, umwe ukenyeye, uve hasi uje kuri Efurate, uwunyegezeyo mu mugāga wo mu gitandara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 13:4
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ku nzūzi z’i Babuloni Ni ho twāhora twicara, mbere tugaturika tukarira, Twibutse i Siyoni.


Ijambo ry’ Uhoraho rinzako ubugira kabiri,


Ribga, unihe, ewe mukobga w’i Siyoni, nk’umugore aramutswe; kuk’ ugira ng’ uve mu gisagara, ube mu gahinga, mber’ uzoruha ushike n’i Babuloni: iyo ni ho uzorokorerwa; iyo ni ho Uhoraho azogucungurira, agukūre mu maboko y’abansi bawe.


Yohana uyo, imyambaro yiwe yar’ iy’ ubgoya bg’ingamiya, yayikenyeza umukanda w’urusato mu rukenyerero; indya ziwe zar’ inzige n’ubūki bgo mw ishamba.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ