Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 13:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Ijambo ry’ Uhoraho rinzako ubugira kabiri,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 13:3
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko ngura umukanda nk’ukw ijambo ry’ Uhoraho ryambariye, ndawukenyeza.


riti Jana wa mukanda wagura, umwe ukenyeye, uve hasi uje kuri Efurate, uwunyegezeyo mu mugāga wo mu gitandara.


ni yo aya: Yerusalemu n’ibisagara vy’i Buyuda n’abami baho n’abaganwa baho, ngo hacike imisaka n’akajoreza n’aho kuvuzwakw agahwa n’ikivume, nk’uko nyene bimeze uyu musi;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ