Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 13:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 None rer’ ubabgire iri jambo, ut’ Uku ni k’Uhoraho agize, ni we Mana y’Abisirayeli, at’ Umubindi wose uzokwuzuzwa vino. Na bo bazokwishura, bat’ Ugira ngo ntitwari tubizi yuk’ umubindi wose uzokwuzuzwa vino?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 13:12
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nk’uk’ umukanda uramata ubura bg’ umuntu, uko ni ko nari naratumye inzu yose ya Isirayeli indamatako, bo n’inzu yose ya Yuda, ni jewe Uhoraho mbivuze; kugira ngo bambere ubgoko niharije, bampeshe izina ry’iritazirano, n’icubahiro n’ubgiza: ariko banka kwumva.


Ni ho uzoca ubabgira, ut’ Uku ni k’Uhoraho agize, at’ Ehe ngira nuzuze ababa mur’ iki gihugu bose ubudandahirwe, uhereye ku bami uko bakūranwa ku ngoma ya Dawidi, no ku baherezi, no kuri ba kamenyi, no ku baba i Yerusalemu bose.


Bazokinywa badandabagirane, bazimire ubgenge, kubg’ inkota nzorungika muri bo.


Maz’ abantu barambaza, bati Mbega ntiwotubarira ico ivyo bintu bidutaze, bitumye ukora urtyo?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ