Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 13:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Uku ni k’Uhoraho yambariye, ati Genda wigurire umukanda w’impuzu yera, uwukenyeze, ntuwukoze mu mazi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 13:1
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ Uhoraho aravuga, ati Nk’uk’ umusavyi wanje Yesaya amaze imyaka itatu agenda yambaye ubusa atagira n’inkweto, akabera Egiputa na Etiyopiya ikimenyetso n’imbūri;


Nk’uk’ umukanda uramata ubura bg’ umuntu, uko ni ko nari naratumye inzu yose ya Isirayeli indamatako, bo n’inzu yose ya Yuda, ni jewe Uhoraho mbivuze; kugira ngo bambere ubgoko niharije, bampeshe izina ry’iritazirano, n’icubahiro n’ubgiza: ariko banka kwumva.


riti Va hasi, umanuke uje ku nzu y’umubumvyi, aho ni ho nzokwumvishiriza amajambo yanje.


Uku ni k’Uhoraho yagize, ati Genda ugure ikarabo ku mubumvyi, uheze ujane abashingantahe bo mur’ ubu bgoko, n’ abakuru b’abaherezi,


riti Rondera imvuto n’ingōgo, bimwe uvyiyambike mw izosi,


rit’ Abīra amabuye manini, uyahishe mw ivu musi y’amatafari ari mw ishikiro ry’irebe ry’ingoro ya Farawo i Tahapanesi, abagabo b’ Abayuda barorēra;


Aza aho turi, yābīra umukanda wa Paulo, awibohesha amaguru n’amaboko, aravuga, at’ Uku ni ko Mpwemu Yera agize: Nyen’ uyu mukanda, uku ni kw Abayuda bazomubohera i Yerusalemu, bazomushira mu maboko y’abanyamahanga.


Kera Imana yabaririye ba sogokuruza mu kanwa k’abavugishwa na yo mu bihe vyinshi no mu buryo bginshi,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ